Dudu T. Niyukuri
Dudu T. Niyukuri
  • 43
  • 11 452 160
Subira - Dudu T. Niyukuri
ABOUT THE SONG AND THE PRODUCTION
Subira Song Written
By Dudu T. Niyukuri
Live Production At CLM Burundi
Recorded Live by Roc House Records
Directed and Produced Landry - Guez
Audio Post Production by Rugero Records
Event Production by Buja Events
Iriba Communication Agency
Special thanks to:
Now Creative
Chris Lee Gifwandi
Alberique for Buja Events
Emery Uwimana
Elvis & Alida
Landry & Divine
The band:
Lievin
Corneille
Farley
Mabone
Marlesh
Teddy
Fofo
Amandine
And Everyone in the audience who made this video a success
God Bless you all
Переглядів: 71 834

Відео

Turafise Imana Deluxe (Full Album)
Переглядів 69 тис.5 місяців тому
Umwami abaza Daniyeli, ari we Beluteshaza, ati Mbeg' urashobora kummenyesha inzozi narose, n'ingene zisobanurwa? Daniyeli yishura umwami, at' Ibanga wasobanuza nta banyabgenge boshobora kurikumenyesha mwami, cank' abapfumu cank' abanyamareba cank' abamenyi; ariko mw ijuru har' Imana ihishura amabanga, kandi ni yo yakumenyesheje ibizobaho mu bihe bizoza, mugenzi. Inzozi zawe n'ivyo werekewe mu m...
Turafise Imana - Dudu T Niyukuri ft Yves Shaka
Переглядів 117 тис.10 місяців тому
TURAFISE LYRICS Greetings in the name of Jesus Christ the first and the last, the first and ever lasting, Alpha and Omega, the beginning and the end, the Lion of the tribe of Judah ... Turn it up... Ni muze tuduge kuri wa musozi wera Tuguganye indirimbo n'impundu Ni muzane amashimwe, ni muzane ibimazi N'ivyibutso biriko ivyo yakoze Uhoraho n'umwizigirwa munzira ziwe zose Ateramiye ijambo ryiwe ...
Akira - Dudu T. Niyukuri
Переглядів 322 тис.Рік тому
Akira Song Written By Dudu T. Niyukuri & Alida Nzeyimana Live Production At CLM Burundi Recorded Live by Roc House Records Directed and Produced Landry - Guez Audio Post Production by Rugero Records Event Production by Buja Events Iriba Communication Agency Special thanks to: Nzeyimana Family. Now Creative Chris Lee Gifwandi Alberique for Buja Events Emery Uwimana Elvis & Alida Landry & Divine ...
Ntawundi - Dudu T. Niyukuri
Переглядів 120 тис.Рік тому
Ntawundi Song Written By Dudu T. Niyukuri Live Production At CLM Burundi Recorded Live by Rock House Records Directed and Produced Landry - Guez Audio Post Production by Rugero Records Event Production by Buja Events Iriba Communication Agency Special thanks to: Now Creative Chris Lee Gifwandi Alberique for Buja Events Emery Uwimana Elvis & Alida Landry & Divine The band: Lievin Corneille Farle...
Ah YaYaYa - Dudu T. Niyukuri
Переглядів 1,6 млнРік тому
Ah YaYaYa Song Written By Dudu T. Niyukuri Live Production At CLM Burundi Recorded Live by Rock House Records Video Production by Grand Pictures. Directed and Produced by Landry SB & Landry - Guez Audio Post Production by Rugero Records Event Production by Buja Events Iriba Communication Agency Special thanks to: Now Creative Chris Lee Gifwandi Alberique for Buja Events Emery Uwimana Elvis & Al...
Dudu T. Niyukuri - Thanksgiving Concert feat Apostle Apollinaire (FULL CONCERT)
Переглядів 176 тис.2 роки тому
Please find a timestamp list below. If you desire you can go directly to the song you want to watch. 00:00 INTRO 01:30 IGIHUMEKA COSE 05:16 URABEREYE 10:07 HOSANNA 15:16 URI MWIZA 19:46 URI IGITANGAZA 24:41 PRAYER 26:40 UWERA 30:31 NZINDUWE NO KUGUSHIMA 34:29 MURI WEWE 43:23 MBEGA URUKUNDO 50:08 MU MARASO YAWE 56:26 REKA NKOMAMASHI 59:45 YESU NI MUZIMA 01:06:42 NGIRA MPIMBAZE 01:12:32 YARACIYE ...
Nzohora Nshima - Dudu T. Niyukuri
Переглядів 46 тис.2 роки тому
Nzohora nshima x2 Umwami wanje Yesu Reka nivuge uwo mwami Nshime izina ryiwe Umwami agira neza pe Birenze Urugero Iyo atanguye avuga Ntawo mu vuguruza Igihe cose iyo akoze Birakomera Ndibuka uwo mugoroba Mu mwijima mwinshi Sinigeze nibaza yuko Haruwo mbonye Hanyumva Mbona umuco Muruwo muco numva Ijwi ryiwe ryiyoroheje Rimpamagara Nzohora nhima x2 Umwami wanje Yesu Maze arambgira ati Ntuzomarama...
Uri Igitangaza By Dudu T Niyukuri
Переглядів 31 тис.3 роки тому
Uri Igitangaza Lyrics Verse Twaje mwami kugwina Ngwino Manuka hagati muri twe Tera iteka abana bawe Wakire Ishimwe reach mwani Chorus Mwami uri igitangaza Ku ntebe yawe y'ubgiza Nsimfise ico novuga Akanwa kanje gaseseka ishimwe Mwami ntawosa nawe Verse Mwizigirwa munyakuri Ntaritse ibiganza imbere yawe Mvuze impundu nkoma n'amashi Nezerejwe no kugushima Chorus Mwami uri igitangaza Ku ntebe yawe...
Uwera - Dudu T. Niyukuri (Official Video)
Переглядів 149 тис.3 роки тому
Isaiah 6: In the year that King Uzziah died, I saw the Lord, high and exalted, seated on a throne; and the train of his robe filled the temple. 2 Above him were seraphim, each with six wings: With two wings they covered their faces, with two they covered their feet, and with two they were flying. 3 And they were calling to one another: “Holy, holy, holy is the Lord Almighty; the whole earth is ...
Urabereye - You are worthy - Dudu T. Niyukuri (Official Video)
Переглядів 30 тис.4 роки тому
This song was inspired by what Jesus said when the Pharisees wanted him to tell the crowd to shut their mouth when He is worthy to receive praise. Jesus answered them: Even when these would not praise me, stones will take their place and do it and say how worthy He is. But I won't allow stones to take my place. Never. Neither will you. So My hands will clap, my feet will dance, my heart will wo...
Be Strong And Courageous - Shikama Ushire Amanga
Переглядів 4,8 тис.4 роки тому
There are some times life hits and gets tough on us, and the devil knows how to take advantage of those moments to preach us his lies and push us off course so that we miss God's plan for our lives. That's when we need to take courage and remember a similar situation that God has taken us out of the worse crazy mess in an unexpected way. When you remember and thank God, burst in praise God brin...
Gloria - Dudu T. Niyukuri
Переглядів 66 тис.4 роки тому
Gloria - Dudu T. Niyukuri
Uri Mwiza - Dudu T. Niyukuri (Official Video)
Переглядів 129 тис.4 роки тому
Uri Mwiza - Dudu T. Niyukuri (Official Video)
Ibanga ryo kwisonzesha (Part 2)
Переглядів 12 тис.4 роки тому
Ibanga ryo kwisonzesha (Part 2)
Ibanga Ryo Kwisonzesha (Part 1)
Переглядів 15 тис.4 роки тому
Ibanga Ryo Kwisonzesha (Part 1)
Mbega Urukundo - Dudu T. Niyukuri (Official Video)
Переглядів 1,1 млн5 років тому
Mbega Urukundo - Dudu T. Niyukuri (Official Video)
Uri Mwiza Full Album - Dudu T. Niyukuri (OFFICIAL ALBUM RELEASE)
Переглядів 18 тис.5 років тому
Uri Mwiza Full Album - Dudu T. Niyukuri (OFFICIAL ALBUM RELEASE)
Inguvu zo KUNESHA UBWOBA - Dudu T. Niyukuri
Переглядів 7 тис.5 років тому
Inguvu zo KUNESHA UBWOBA - Dudu T. Niyukuri
Yaraciye Inzira - Dudu T. Niyukuri (Official)
Переглядів 305 тис.5 років тому
Yaraciye Inzira - Dudu T. Niyukuri (Official)
Mu Maraso Yawe - Dudu T. Niyukuri (OFFICIAL VIDEO)
Переглядів 537 тис.5 років тому
Mu Maraso Yawe - Dudu T. Niyukuri (OFFICIAL VIDEO)
Mpa Ku Mazi - Dudu T. Niyukuri - (Official lyrics)
Переглядів 107 тис.5 років тому
Mpa Ku Mazi - Dudu T. Niyukuri - (Official lyrics)
Silent Night: Cover by Lievin G. Iradukunda
Переглядів 7 тис.7 років тому
Silent Night: Cover by Lievin G. Iradukunda
Dudu T. Niyukuri - Kigali Full Concert (LIVE)
Переглядів 138 тис.7 років тому
Dudu T. Niyukuri - Kigali Full Concert (LIVE)
YAHWEH - DUDU & G.S.CREW ft Serge Iyamuremye (official lyrics video)
Переглядів 381 тис.8 років тому
YAHWEH - DUDU & G.S.CREW ft Serge Iyamuremye (official lyrics video)
YARASEZERANYE - DUDU & G.S.CREW (LIVE VERSION)
Переглядів 436 тис.9 років тому
YARASEZERANYE - DUDU & G.S.CREW (LIVE VERSION)
Sinicuza - DUDU & G.S.CREW (Live version)
Переглядів 25 тис.9 років тому
Sinicuza - DUDU & G.S.CREW (Live version)
Dufise Incuti LIVE - Dudu & G.S.CREW
Переглядів 454 тис.9 років тому
Dufise Incuti LIVE - Dudu & G.S.CREW
CEREZA by DUDU & G S CREW (official video lyrics)
Переглядів 130 тис.9 років тому
CEREZA by DUDU & G S CREW (official video lyrics)
Ndagushima - Dudu T. Niyukuri
Переглядів 1 млн10 років тому
Ndagushima - Dudu T. Niyukuri

КОМЕНТАРІ

  • @varlenemugisha796
    @varlenemugisha796 21 годину тому

    Le 07 juillet tuzoba turikumwe duhimbaza Imana tuyishimiraaaaaaa, Imana yakoze ibikomeye caneeee

  • @varlenemugisha796
    @varlenemugisha796 21 годину тому

    Imana ibahezagireeee cane mukozi w'Imana kuriyi ndirimbo, sinzokwibagira muri 2023 ingene twaraje mutoyi wanje yarafise tumeur muri colonne vertebrale na disque yari yononekaye yo mumugongo yarababaye cane ntiyaragishobora gutambuka, ndibuka igihe cose ariko arababara arira twaramushiriramwo iyo ndirimbo na mama tukamubwira ko ivuga ivyo ariko aracamwo ko hari igihe nawe azoshinga intahe avuge ingene yakize , none ubu Vyarabaye ivyo washize muriyo ndirimbo vyarahindutse ubuzima 😭😭 ubu arakomeye yarakize kandi yarasubiye no kwishure. Imana ibishimirwe caneee, Imana inabahezagire kubwiyo ndirimbo yaraduhaye inkomezi nyinshi kandi vyukuri yari prophetie kuri twebweeee

    • @DuduTNiyukuri
      @DuduTNiyukuri 17 годин тому

      Wooow…. Iyo niyo mpamvu dukora ivyo dukora. Ibi bintu birantyoheye pe. Imana ishimwe cane

  • @rematvijwiryawe9877
    @rematvijwiryawe9877 День тому

    nice

  • @ZainaNtunzwenimana
    @ZainaNtunzwenimana День тому

    You are blessed my leader

  • @niyintunzealexis8765
    @niyintunzealexis8765 2 дні тому

    Dudu akakaririmbo urakibuka?ndabasabe muzokandirimbirekandi ❤❤❤karamfasha caane

  • @divinetuyisenge2455
    @divinetuyisenge2455 3 дні тому

    ❤❤❤

  • @divinetuyisenge2455
    @divinetuyisenge2455 3 дні тому

    ❤❤❤

  • @user-sy2cd2oh4t
    @user-sy2cd2oh4t 3 дні тому

    Glory to Jesus

  • @BigirimanaPrudent
    @BigirimanaPrudent 3 дні тому

    Good songs 😊

  • @SedrickOgbdi
    @SedrickOgbdi 3 дні тому

    Cn gose

  • @alaincolinizere3703
    @alaincolinizere3703 4 дні тому

    2024❤

  • @Faxman_orginal
    @Faxman_orginal 5 днів тому

    Imana iguhe umugisha Baba indirimbo yangizemo imbaraga nashize neza neza

  • @micahpatriote
    @micahpatriote 7 днів тому

    After 10 years , I am still listen to this amazing worship Song

  • @user-dt1gd5lf7m
    @user-dt1gd5lf7m 7 днів тому

    Dudu, Uhoraho Agukomeze Kandi aguhezagire!!!! Il ya plus de 10 ans umbera umugisha!! Mu gakiza kanje Uhoraho yaragukoresheje caane kugira mbandanye simbivemwo! Indirimbo zawe ndabishingira Intahe ko ziri remplis par l'inspiration du Saint Esprit car zarankomeje caane! So pour tout ça!!! Merciiii Uri igikoresho ciza c'Uhoraho!!! Mercii!!

    • @DuduTNiyukuri
      @DuduTNiyukuri 17 годин тому

      Wooow plus de 10 ans!! Imana ishimwe cane kweli.

  • @SnowSnowing-ov5px
    @SnowSnowing-ov5px 7 днів тому

    Hallelujah

  • @LIFECHANGER_795
    @LIFECHANGER_795 7 днів тому

    Great song! Still fresh more than 10 years ❤

  • @mutesiedith6671
    @mutesiedith6671 7 днів тому

    ❤❤❤❤❤❤❤

  • @IrakozeDiane-vi9dy
    @IrakozeDiane-vi9dy 8 днів тому

    Amen Amen

  • @NDANYUZWEESPOIR-gy5xx
    @NDANYUZWEESPOIR-gy5xx 9 днів тому

    Who he is here in 2024 this song is always new in my ears

  • @sylvestreniyodusenga3317
    @sylvestreniyodusenga3317 9 днів тому

    Yesu wagize neza 🎉🎉🎉🎉❤❤❤

  • @alicenduwayesu7245
    @alicenduwayesu7245 10 днів тому

    Mana ngendera😓😓😓

  • @user-lf3iu3ts4h
    @user-lf3iu3ts4h 11 днів тому

    iyindirimbo ndayumvirij ncandibuka I Burund

  • @user-qc1hp1gw9z
    @user-qc1hp1gw9z 11 днів тому

    Vuga Yesu menye icungombako🎉🎉❤❤

  • @JonathanNduwayo-t7n
    @JonathanNduwayo-t7n 12 днів тому

    Thanks

  • @Odile-Umugaba
    @Odile-Umugaba 12 днів тому

    Yesu wagize neza, ushimwe🙌🙌😂🙌🙌🙌🙌

  • @JeanClaudeNduwayezu-pp7rt
    @JeanClaudeNduwayezu-pp7rt 13 днів тому

    Indirimbo nziza cane

  • @bigiclovan9348
    @bigiclovan9348 13 днів тому

    ❤❤❤

  • @EloiArakaza
    @EloiArakaza 14 днів тому

    Igihe cose numvise urukundo rw'Imana mbona ico nacitse biciye mugikorwa Kristo yakoze(mbega kwitwa umwana w'Imana❤❤ )

  • @lydiakanyange9441
    @lydiakanyange9441 14 днів тому

    Ndahevye vyose Yesu ndi hano ku birenge vyawe ndareetse ibikorwa vyanje ngazaa Yesu Ganza ivyanje, ganza Yesu ubuzima bwanje nkuko ubishaka.. ndarengutse Yesu.. June 2024

  • @monickkabaganwa1236
    @monickkabaganwa1236 15 днів тому

    Ashirwe hejuru

  • @user-iy1np9et3q
    @user-iy1np9et3q 16 днів тому

    Iyi msg nukuri aguhe hiridi nyerekwa

  • @niyintunzealexis8765
    @niyintunzealexis8765 16 днів тому

    Muzahore mudusubiramwo kwel❤❤❤

  • @niyintunzealexis8765
    @niyintunzealexis8765 16 днів тому

    Dudu ututuririmbo nguma nturaba turamfasha caane

  • @niyintunzealexis8765
    @niyintunzealexis8765 17 днів тому

    Vyaribiryoshe kukugira yesu ❤❤❤❤🤲🙌🙌🙌🙌🙌

  • @niyintunzealexis8765
    @niyintunzealexis8765 17 днів тому

    Dudu uranyuzuza ndimubuntu bwawe yesu

  • @siriacirakoze
    @siriacirakoze 19 днів тому

    Amen Imana ikube hafi

  • @jedeumulisa3216
    @jedeumulisa3216 19 днів тому

    Here in 2024

  • @serugomespoirofficialthesm9602
    @serugomespoirofficialthesm9602 19 днів тому

    ❤ am still here🎉🎉🎉🎉

  • @whyyouwannaknow-uh1id
    @whyyouwannaknow-uh1id 21 день тому

    2024 🌚❤️‍🩹

  • @dianekankindi4051
    @dianekankindi4051 23 дні тому

    ❤️❤️🙌🙌🙌

  • @ndayiragijecyrique3109
    @ndayiragijecyrique3109 23 дні тому

    Sinzibagirwa urukundo rwawe Mana 😍

  • @Nella99
    @Nella99 23 дні тому

    Yeah nurukundo vrt❤❤❤❤❤

  • @gogogloria9303
    @gogogloria9303 25 днів тому

    Mfatukuboko unjane aho ugomba😢😢🙌🙌🙌 God bless you Dudu! You are such a gift to the body of Christ. More anointing and grace

    • @DuduTNiyukuri
      @DuduTNiyukuri 24 дні тому

      Oooh my sister!! Thank youuuu. And so glad to hear from you

  • @MwizaPhionah
    @MwizaPhionah 26 днів тому

    Nakurahe lyrics ziyi ndirimbo in kirundi

  • @anouchkaakineza3356
    @anouchkaakineza3356 26 днів тому

    Still now this song touch me , May God bless u Dudu

  • @Chance-yq1rx
    @Chance-yq1rx 27 днів тому

    Trank you good iyindirimbo yongeye kunsubiza mo imbaraga akakanya 😢🙏

  • @peacendabarinze2188
    @peacendabarinze2188 27 днів тому

    my all time fav

  • @francoisedusabumuremyi228
    @francoisedusabumuremyi228 27 днів тому

    Haleluyaaa!!!

  • @ValentineIngabire-om5gc
    @ValentineIngabire-om5gc 27 днів тому

    Vava

  • @MuhawenimanaEgidie
    @MuhawenimanaEgidie 28 днів тому

    Najye iri kuryohera 2024